Amakipe azitabira UEFA Champions League yamaze kujya ahagaragara

Amakipe azitabira  UEFA Champions League yamaze kujya ahagaragara

Liver pool nayo iri mumakipe yaraye abonye itike nyuma yuko itsinze Hoffenheim yo mubudage ibitego 4 kuri bibiri, nyuma igiteranyo cyayose byarangiye ari ibitego 6 kuri 3

IBYAVUYE IMIKINO YARAYE IBAYE:

CSKA Moskva 2-0 Young Boys (agg: 3-0)

FCSB 1-5 Sporting CP (agg: 1-5)

København 2-1 Qarabağ (agg: 2-2, Qarabağ yakomeje ku gitego cyo hanze)

Liverpool 4-2 Hoffenheim (agg: 6-3)

Slavia Praha 0-0 APOEL (agg: 0-2)

 AMATSINDA YA UEFA CHAMPIONS LEAGUE UMWAKA W’IMIKINO 2017/18 AZITABIRWA N’AMAKIPE YARAYE AMENYEKANYE:

Agakangara ka mbere kabarizwamo;

Real Madrid (Espanye, ) ari nayo ifite igikombe
Bayern München (Ubudage)
Juventus (Ubutaliyani)
Benfica (Porotigali)
Chelsea (ENG)
Shakhtar Donetsk (ukrain)
Monaco (Ubufaransa)
Spartak Moskva (Uburusiya)

Mu tundi dukangara aya niyo makipe dusangamo

Barcelona (Espanye)
Atlético Madrid (Espanye)
Paris Saint-Germain (Ubufaransa)
Borussia Dortmund (Ubudage)
Sevilla (Epanye)
Manchester City (Ubwongereza)
Porto (Porotigali)
Manchester United (ubwongereza)
Napoli (ubutaliyani)
Tottenham Hotspur (ubwongereza)
Basel (ubusuwisi)
Olympiacos (ubugereki)
Anderlecht (ububiligi)
Liverpool (ubwongereza)
Roma (ubutaliyani)
Beşiktaş (Turukiya)
Celtic (scotland)
CSKA Moskva (Uburusiya)
Sporting CP (Portigali)
APOEL (Shipres)
Feyenoord (Ubuholanda)
Maribor (SVN)
Qarabağ (AZE)
RB Leipzig (Ubudage)

Tombola  UEFA Champions League ikaba itaganyijwe kuri uyu wa Kane tariki ya 24 Kanama 2017 i Monaco mu gihugu cy’u Bufaransa, naho imikino yambere ikazaba mukwezi kwa 10.




Leave a Reply

Your email address will not be published. Required fields are marked *